5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeIryavuzwe riratashe FFB yahanye Umugwi Olympic Star y’i Muyinga

Iryavuzwe riratashe FFB yahanye Umugwi Olympic Star y’i Muyinga

Inyuma y’aho umugwi Olympic Star w’i Muyinga wirahiriye Vital’o Fc kuma Tirs aux buts (4-3) , mu rukino rw’igikombe c’ubumwe aho bari batanguye gukina inyuma y’iminota 90 irangiye banganije ibitsindo 2-2 , bongera iyindi minota 30 ya Prolongation .

Inyuma y’iyo nstinzi ya Olympic Star abakunzi b’uyo mugwi baciye binjira mu kibuga biginayo intsinzi ivyababaje cane ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB , mugihe bibujijwe ko umurorerezi yinjira mu kibuga urukino rwaheze.

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 05 Nzero 2021, niho igisata kijejwe guraba inyifato zo mu kibuga muri FFB cafatiye ibihano umugwi Olympic Star .

Umugwi Olympic Star ukaba wafatiwe ibihano vyo gukina inkino zishika kuri 3 ku kibuga c’umuco ata barorerezi bemerewe kwinjira ni ukuvuga indwi ya 16 , 17 hamwe n’iya 18.

Mwomenya y’uko Umugwi Olympic Star ariwo warangije igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus league uri mu kibanza ca 1 vy’imfatakibanza.

 

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...