5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiIgicapo ngereranyo c’uko izoba imeze kiramaze gushirwa ahabona

Igicapo ngereranyo c’uko izoba imeze kiramaze gushirwa ahabona

Inyuma yo guhura n’ivyago vy’umuriro kw’igenekerezo rya 3 Gitugutu 2020, Igicapu ngereranyo c’uko isoko nshasha ya Kamenge mu gisagara ca Bujumbura izoba imeze camaze kuja ahabona.

Iyo soko ya Kamenge ikaba igiye gusanurwa mu kiringo kingana n’amezi atanu mu mugambi ufashwe mu mugongo n’ibiro vy’umukuru w’igihugu ku civugo “Turi kumwe twese birashoboka”.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...