5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiYuguruye ibikorwa nyezina mu bisata vyose

Yuguruye ibikorwa nyezina mu bisata vyose

Ibanki y’urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes), isanzwe ifise icicaro gikuru i Gitega ku murwa mukuru wa poritike yuguruye ibikorwa vyayo nyezina mu bisata vyose kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 6 Nzero 2021.

Ivyo bisata akabari igisata c’ubudandaji kizofasha umuntu wese gushobora kwuguruza ikonte muri iyo banki hamwe no guhabwa ingurane, hamwe n’igisata co gutanga ingurane ku rwaruka rushaka kurangura imigambi y’iterambere.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...