5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiHatangujwe ikibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga mu mashure y’akarorero

Hatangujwe ikibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga mu mashure y’akarorero

Abanyeshure 1701 nibo bakoze ikibazo gitanga uburenganzira bwo kwiga mu mashure y’akarorero ya kaminuza ku banyeshure 1822 bari bitezwe gukora ico kibazo.

Bazokwiga mu bisata bine bitandukanye (Medecine, Statistique, Faculté d’Agronomie et de Bio-ingénieurie FABI na Faculté des Siences de Ingenieur FSI).

Umushikiranganji w’indero yabishikirije kuri uyu wa kane, igenekerezo rya 7 Nzero 2021 mu gihe yariko aratanguza ico kibazo.

Gaspard Banyankimbona yamenyesheje ko ico kibazo kizokorwa mu minsi ibiri kigakorerwa mu bibaza bitandatu biri mu gihugu cose.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...