5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiIbanki y’urwaruka BIJE yatanguye kwakira urwaruka rwipfuza ingurane

Ibanki y’urwaruka BIJE yatanguye kwakira urwaruka rwipfuza ingurane

 

Ibanki y’urwaruka BIJE yaraye itanguye ibikorwa ku murwa mukuru wa poritike Gitega yatanguye kwakira irwaruka ruhurikiye mu makoperative rwipfuza ingurane izobafasha kurangura imigambi yarwo.

Mu birori vyo kwugurura iyo banki  vyari vyatewe iteka n’umushikiranganji w’urwaruka Ezéchiel Nibigira yamenyesheje ko iyo banki yaronkejwe uburenganzira bwo gukora nk’izindi banki z’ubudandaji,  ikaba itegekanya kwugurura amashami muri uyu mwaka nyene w’2021 mu bisagara bitatu harimwo igisagara ca Bujumbura hamwe n’igisagara c’i Ngozi.

Iyo banki BIJE ngo izotanga ingurane ku rwaruka itarinze gusaba ingwati  kandi ikaka inyungu ntoya izoba ingana n’ibice 7 kw’ijana nk’uko bishikirizwa n’umuyobozi w’iyo banki Sixte Niyuhire.

- Advertisment -

Must Read

Africa Nova agiye gusubira kuryohera abamukunda

0
Indirimbo zitari nke za Africa Nova zakunzwe haraheze igihe kitari gito, ziriko zirasubirwamwo. izo ndirimbo zikaba ziriko zisubirwamwo n'uwo muririmvyi nyene. Imwe muriyo ni Mwiriwe...