5.5 C
New York
Saturday, January 23, 2021
Home abakinyi bakina hanze Dr Maronko ngo izina ry’intamba ryohagarikwa hagashingwa irindi

Dr Maronko ngo izina ry’intamba ryohagarikwa hagashingwa irindi

 

Umuganga yigeze gutwara igisata c’ubuvuzi mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB Dr Maronko Boniface asaba Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryifadikanije n’ubushikirangaji bw’inkino n’imicokama bishobotse izina ry’intamba mu rugamba ryohindurwa mu mugwi nserukira gihugu.

Mu kiganiro yakoranye na Indundi Tv yavuze y’uko imvo ituma iryo zina ryohindurwa ngo ni uko muri kino gihe umugwi utinyitse bimwe bikomeye kuriwe iryo zina yorihagarika.

Maronko yasubiye aravuga y’uko Intamba zama zerekeza aho ubusho bw’inka buri , mugabo uvuze uti “INTARE MU RUGAMBA” birumvikana.

Mwomenya y’uko Dr Maronko Boniface yigeze gukina umupira w’amaguru mu mugwi Espoir Fc ndetse aranatwara ishirahamwe ry’umupira w’amaboko Basketball mu Ntara ya Makamba , mbere muri kino gihe akaba asanzwe ari icegera c’umunyabanga mukuru wa CNO ( Comité Nationale Olympic).

Kurikirana ikiganiro yakoranye na Indundi Tv ngaho musi👇🏿👇🏿👇🏿

Must Read

Dj Bisoso yikuye mw’ihiganwa ry’ikiganiro the Choice yohuriyemwo na DJ Ira...

0
  Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo  yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda....