5.5 C
New York
Sunday, January 24, 2021
Home abakinyi bakina hanze #indundi Sports| Muri Judo basabwa gushira imidare Umukuru w'igihugu

#indundi Sports| Muri Judo basabwa gushira imidare Umukuru w’igihugu

Iyo ibendera ry’igihugu rihungabanye mu makungu bibazwa umukuru w’igihugu, ayo ni amwe mu majambo yashikirijwe mu gihe ubushikiranganji buraba ivyukwinjira muri EAC imicokama, inkino n’urwaruka bwari bwaramutse bukeza abakinyi b’urukino rwa Judo ku midari bavanye i Madagascar ndetse banashikirizwa ivyaranguwe mu mwaka wa 2020.

Inbere y abamenyeshamakuru isinzi ,bakaba basavye ayandi mashirahamwe y’inkino(federations) gufatira akarorero keza ko muri Judo bakitunganya neza nabo bagatera iteka igihugu cabibarutse.
Ivyo n’ibindi ni mu kiganiro aha musi co kwigenekerezo rya 08Nzero 2021

Must Read

Fiston Abdoulrazaq yavuze icatumye aja gukinira Yanga Africans amezi 6

0
Inyuma yo gushira umukono ku masezerano yo gukinira umugwi Yang Africans wo muri Dar es salaam mu kiringo c’amezi 6 Fiston Abdoulrazaq yashize ahabona...