5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeNsabumukama Enock yaguzwe mu mugwi Napsa Stars

Nsabumukama Enock yaguzwe mu mugwi Napsa Stars

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 09 Nzero 2021, Umugwi Napsa Stars wo muri Zambia waguze umukinyi w’umurundi Sabumukama Enock.

Enock akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo mugwi mu kiringo c’imyaka 3 .

Sabumukama akaba agiye muri Napsa Stars inyuma yo kurangiza amasezerano n’umugwi Zesco United ariwo yari abarizwamo mu kiringo c’imyaka 3.

Mwomenya y’uko Napsa Stars ariwo mugwi usanzwe ukinamwo umukinyi w’umusatirizi w’intamba Mavugo Laudit .

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...