5.5 C
New York
Thursday, October 21, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Bimenyimana Bon fils Caleb agiye gukina Europ League

# Indundi Sports | Bimenyimana Bon fils Caleb agiye gukina Europ League

 

 

umukinyi w’umusatirizi w’umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba hamwe na FK Pohronie wo mu cicaro ca mbere muri Slavakia , Bimenyimana Bon Fils Caleb yahinduye Umugwi.

Caleb yasubiye mu mugwi yigeze gukinira ariwo RFS ( Riga Futbol Skola) uri mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Lettonia .

Uwo mugwi wa Riga Futbol Skola ukaba ariwo warangije ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere muri Lettonia ufata ikibanza ca kabiri bica biwuha amahirwe yo gukina ihiganwa rya Europa League .

Mu nkino zose z’igice ca mbere c’ihiganwa rya Slovakia , Bimenyimana Bon Fils Caleb yatsinze ibitsindo 3 hamwe n’ibindi 2 yatsinze mw’ihiganwa ry’igihugu .

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...