Bizosaba ubwitange budasanzwe kuri Stephane Ingo kugira abe umukinyi muri NBA.

Stephane Ingo umusore w’Umurundi ariko yitwara neza mu mahiganwa y’ama Kaminuza yo ku mugabane wa America, ngo arizera ko ifire ya nyuma azoyifatira muri NBA.
Umumenyereza Patrick Bigirindavyi ari nawe yakwirikiranye uwo musore abangamye mu kwinjiza amanota atatu ndetse no mu kwikorera mu nkoko arongezamwo ibitsindo, amenyesha ko ari nka hamwe agumanye umurindi nk’uwo ariko Stephane ashobora kuba umurundi wa mbere yinjiye muri NBA.
Ivyo n’ibindi vyinshi ni mu kiganiro hano musi.