5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBurundiAbahamagarira kwipimisha no gukurikiza ingingo zafashwe

Abahamagarira kwipimisha no gukurikiza ingingo zafashwe

Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni atera akamo  abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca covid-19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.

Umushikiranganji wa mbere yabishikirije kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 13 Nzero 2021 mu rugendo yagize mi kibanza kiri ku nzu y’iburaro “Hôtel Source du Nil” hamwe no mu kigo INSP ahasanzwe hatangirwa impapuro zerekana ko umuntu ata mugera wa koronavirisi afise, ku bashaka kuja hanze y’igihugu.

Alain Guillaume Bunyoni amenyesha ko Reta izokora uko ishoboye kwose mu gukingira abanyagihugu bayo.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...