5.5 C
New York
Tuesday, May 18, 2021
Home Entertainment Mr Giba ngo ivyiwe ntibikiri ibanga vyamenyekanye

Mr Giba ngo ivyiwe ntibikiri ibanga vyamenyekanye

Inyuma y’ururirimbo My Dodo, umuririmvyi Mr Giba muri kino gihe akaba asanzwe ariko arakora iyindi ndirimbo na mugenziwe R Flow.

Mr Giba umuririmvyi ariko arakora neza ugiye kuraba ku ndirimbo amaze gukora zirenga zitandatu akaba amenyesha ko vuba hagiye kuza indirimbo bazoba barikumwe na mugenziwe akunda cane ngo uwo nawe si uwundi ni umuririmvyi R Flow yigeze no kuba aboneka mu masanamu y’indirimbo ya Mr Giba yise “Tunapendana”, indirimbo yagiye ashiramwo abatandukanye atibagiye n’abamenyeshamakuru,
akaba kandi amenyesha ko anezerewe cane gose kuba bashoboye gukorana igikorwa na R Flow kuko amukunda cane kandi kuriwe ashikije indoto kuko nawe yaravyipfuza ko bokorana n’uwo muririmvyi.

Mwomenya ko iyo ndirimbo bakoranye na R Flow itaramenyekana izina ariko ikaba iriko ihinyanyurirwa munzu y’ubuhinyanyuzi MASTER MUZIK n’umuhinyanyuzi Fig Prod Hit maker.

Must Read

Basket : Les amis yatwaye igikombe ica ikatisha itike mu cicaro...

0
Kuri uyu w'Imana niho mw'ishirahamwe rya basket ball mu gisagara ca Bujumbura hasozerewe ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri , urukino rwasozereye iryo higanwa...