5.5 C
New York
Friday, February 26, 2021
Home Burundi Hazokoreshwa igitabo mpanavyaha mu guhana abazoba bagararije

Hazokoreshwa igitabo mpanavyaha mu guhana abazoba bagararije

Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha.

Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano abivuga, amenyesha ko mu bihano bitegekanywa n’ico gitabu harimwo no gupfungwa.

Petero Nkurikiye avuga ko mu gihe umuntu adakurikije ingingo zafashwe n’abatware aba yagararije.

Must Read

Abagera ku 1353 bari barahunze igihugu bakiriwe bahungutse

0
https://youtu.be/wgMyy-7qfBg Kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, abarundi bagera ku 1353 bakiriwe bahungutse bavuye mu gihugu c'Urwanda hamwe na Repubirika iharanira intwaro...