Inkino

Uku niko imigwi izohura kundwi ya 17

Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 15, 16 hamwe na 17 Nzero 2021, ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 17. Uku niko imigwi yatsindanye :

– Muzinga fc yatsinzwe ba Athletico Academy ibitsindo 2-1

– Musongati Fc yatsinzwe na Buja City ibitsindo 2-0

– Kayanza United yanyagiwe na Aigle Noir ibitsindo 5-0

– Inter Star yatsinzwe na Messager Ngozi ibitsindo 2-1

– Les Eléphants yanyagiwe na Rukinzo fc ibitsindo 4-0

– Vital’o Fc yatsinzwe na Bs Dynamik igitsindo 1-0

-Olympic Star yatsinzwe na Royal Fc igitsindo 1-0

-Flambeau du Centre yatsinze Bumamuru Fc igitsindo 1-0.

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 53