5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye kubandanya...

# Indundi Sports | Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye kubandanya kundwi ya 8

 

ku musi wa kabiri igenekerezo rya 19 Nzero 2021 inlino zizobandanya uku gukurikira:

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Intwari Les Jeunes Athletico iza kwakira Les Crocos Rumonge

ku musi wa Gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021

– Isaha indwi n’igice 13h30 ku kibuga Delta Star Gatumba izokwakira Ngozi City

– Isaha Icumi 16h00 ku kibuga Intwari LLBS4A izokwakira Les Lierres

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga co mu Ruyigo Flambeau de l’est izokwakira Telaviv Fc

– Isaha Icumi 16h00 ku kibuga Umuco New Oil izokwakira Makamba United

– Isaha indwi 13h00 ku kibuga Urukundo Lumiere de Mwumba izokwakira Moso Sugar

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Urukundo Agasaka Academy izokwakira Garage Fc

– Isaha icumi 16h00 ku kibuga Gatwaro Top Junior izokwakira Buhumuza Fc

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...