5.5 C
New York
Saturday, February 27, 2021
Home abavugizi # Indundi Sports| CHAN 2021: George Gatogato niwe agiye guhagararira urukino rw’Ubuganda...

# Indundi Sports| CHAN 2021: George Gatogato niwe agiye guhagararira urukino rw’Ubuganda na Togo

 

 

Inyuma yo kuronka amahirwe yo gutorwa mu bahagarikizi b’abarundi bazohagarikira inkino za CHAN rihuza abakinyi bakina mi bihugu vyabo , Umurundi George Gatogato agiye kumenyereza urukino rugiye guhuza Ubuganda na Togo.

Urwo rukino ruza kuba kuri uyu wa gatanu Igenekerezo rya 22 Nzero 2021 , Isaha zitatu 21h 00 ku masaha ya hano iwacu .

Mwomenya y’uko atari George Gatogato wenyene ari Umurundi yatowe guhagarikira izo nkino za CHAN na Pacifique Ndabihawenimana nawenyene ari mu batowe guhagarikira izo nkino.

 

Must Read

Ado Josan na Big Fizzo boshobora gusubira mu kibanza ca Olegue

0
Indirimbo buca isohoka ya Adojosan na Big Fizzo yatanguye kumenyekanishwa kuri uyu wa kane amasaha yo mw’ijoro, ngo ije itorosha ibintu, mu gihe abantu...