5.5 C
New York
Thursday, October 28, 2021
HomeBurundiUmugwi CNIDH uhabahamagarira kugwanya ihohoterwa rikorerwa abana

Umugwi CNIDH uhabahamagarira kugwanya ihohoterwa rikorerwa abana

Umugwi w’igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH uhamagarira abanyagihugu, abavyeyi n’abarongozi b’amashure kugwanya ihohoterwa ry’agateka k’abana. Uwo mugwi ubivuze mu gihe hibonekeza muri ino minsi abana baturubikwa bakaborezwa n’igufa.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru, icegera c’uwurongoye uwo mugwi yasavye igiporisi n’inzego z’ubutungane gufata ingingo zose zotuma amategeko akingira agateka k’abana kubahirizwa.

Consolate Habimana yamenyesheje ko uwo mugwi CNIDH uriko urakora amatohoza kugira umenye ibituma haba ayo mabi kugira umuti urama ushobore gutorwa.

- Advertisment -

Must Read

SAT-B ngo yasabwe gukora arekane n’abavuga gusa

0
Abantu bahanuye Sat-b gukora gusumba kwishinga abavuga, ivyo bikaba bishikirijwe ku rubuga rwiwe Aho yariko amenyesha abantu ko Imana ariyo yamukuye mu bworo. uwo muririmvyi...