5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeAmissi Tambwe yaraye afashije Police Fc gutsinda As Hayabley

Amissi Tambwe yaraye afashije Police Fc gutsinda As Hayabley

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Nzero 2021 ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Djibouti ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 7 aho Umugwi Police Fc ukinamwo Amissi Tambwe , Arakaza Mac Arthur hamwe na Kazs Gilbert Demunga wahuye na As Hayabley uwutsinda ibitsindo 2-1.

Amissi Tambwe umukinyi w’umusatirizi w’umurundi niwe yatsinze ivyo bitsindo bibiri vy’uwo mugwi akaba yaciye akwiza ibitsindo 6 mu nkino indwi amaze gukina .

Akaba afata ikibanza ca 3 mu basatirizi bamaze gutsinda ibitsindo vyinshi gusumba abandi.

Police Fc ikaba ifata ikibanza ca gatatu mw’ihiganwa ryo mu cicaro ca gatatu muri ico gihugu ca Djibouti.

Mwomenya y’uko muri urwo rukino abakinyi b’abarundi bakinye ari babiri gusa Tambwe Amissi hamwe na Mac Arthur mugihe Kaze Gilbert Demunga yari afise ikarata zibiri z’umuhondo .

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...