5.5 C
New York
Sunday, October 24, 2021
HomefootballUku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 18

Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 18

Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league mu mpera zino ndwi ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 18. Uku niko imigwi yatsindanye :

– Inter Stars yatsinzwe na Flambeau du Centre ibitsindo 2-0

– Vital’o Fc yatsinzwe na Royal Fc ibitsindo 2 kuri 1

– Athletico Academy yatsinze Aigle Noir ibitsindo 2-1

– Rukinzo Fc yatsinze Muzinga Fc ibitsindo 3 -1

– Bumamuru Fc yatsinzwe na Kayanza United ibitsindo 3-2

– Bs Dynamik yatsinzwe na Messager Ngozi igitsindo 1-0

– Buja City yatsinzwe na Les Elephants ibitsindo 3-1

– Musongati Fc yatsinzwe na Olympic Star ibitsindo 2-1

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Ni igiki coba catumye Ferouz Haruna asubirira...

0
Haciye imisi uwahora ari umumenyereza mukuru wa Flambeau de l’Est Kabera Christian batazira Morinho yirukanwe muri uwo mugwi . Amakuru yashikiriye Indundi Sports ariko ataremezwa...