5.5 C
New York
Friday, February 26, 2021
Home football Braking News : Harimenshi Alexis niwe agiye kumenyereza Bumamuru Fc

Braking News : Harimenshi Alexis niwe agiye kumenyereza Bumamuru Fc

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 26 Nzero 2021, Uburongozi bw’umugwi Bumamuru bwahisemwo guha amasezero Harimenshi Alexis kugira aze kumenyereza uwo mugwi.

Harimenshi Alexis akaba yahawe amabanga yo kumenyereza uwo mugwi Bumamuru mu kiringo c’amezi 3 ni ukuvuga muri izi nkino zo gusubiriza .

Alexis akaba asubiriye Kajabuka Gaspard amaze imisi yirukanywe muri uwo mugwi akaza gukorerwa mu gata n’uwahoze ari icegera ciwe ariwe Emanuel.

Asanzwe afise Certificat de Licend B y’ubumenyereza , amaze kumenyereza imigwi itari mike nka Kanyosha Fc , Anaconda B ya Vital’o Fc , Royal Fc , Royal Star de Buja , Les Guêpiers du Lac , Kerebuka de Makamba , Les Elephants de Bubanza hamwe na Ngozi City. Yabaye kandi n’umuyobozi mu bijanye n’ubuhinga muri Kayanza United ( Directeur Technique), Les Guepiers du Lac hamwe na Buja City.

 

Must Read

Abagera ku 1353 bari barahunze igihugu bakiriwe bahungutse

0
https://youtu.be/wgMyy-7qfBg Kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021, abarundi bagera ku 1353 bakiriwe bahungutse bavuye mu gihugu c'Urwanda hamwe na Repubirika iharanira intwaro...