5.5 C
New York
Thursday, February 25, 2021
Home football # Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya...

# Indundi Sports | PLB: Uku niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 19

 

Mu mpera z’twaraye dusozereye  ku magenekerezo ya 29,30,31 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 19:

Imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira:

– Umugwi Muzinga Fc wari wakiriye Vital’o fc watsinzwe igitsindo 1-0

– Aigle Noir hariya i Makamba yari yakiriye Rukinzo Fc birangira itsinze ibitsindo 3-2

– Les Elephants yari yakiriye Olympic Star I buganga yanganije igitsindo 1-1

– Athletico Academy yari yakiriye Bumamuru I bujumbura banganya igitsindo 1-1

– Kayanza United yari yakiriye Buja City I Gatwaro vyarayikundiye iyinyagira ibitsindo 4-1

– Bs Dynamik yakiriye Inter Star i Bujumbura birangira iyitsinze igitsindo 1-0

– Messager Ngozi yari yakiriye Musongati i Ngozi birangira banganije ibitsindo 2-2

– Flambeau du Centre yari yakiriye Royal Fc I gitega birangira ikoze akazi keza mu gutsinda igitsindo 1-0

Mwomenya ko Flambeau du Centre gushika ubu yanse kurekura ikibanza ca mbere ufatiye aho ihiganwa rigeze.

 

Must Read

Bahamagarirwa kuzokwitura amasentare asanzwe inyuma yo kuwa 13 Ntwarante 2021

0
Umurwi w'igihugu ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo CNTB umenyesha ko kuva kuwa 13 Ntwarante 2021 utazosubira kwakira ibirego bishasha. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uno...