footballhomepageintamba murugambakirundikirundi_Sports

Urutonde rw’abakinyi 30 b’intamba bakina mu Burundi bagiye kwitegurira Centrafrique na Maroc

Abamenyereza b’intamba mu rugamba bamaze gutororokanya abakinyi 30 bakina mu Burundi bagiye gutangura Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira CAN 2022 , zizoduhuza na Centrafrique hamwe na Maroc mu kwezi kwa Ntwarante.

Abo bakinyi 30 bagiye gutangura imyimenyerezo kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 01 Ruhuhuma 2021 isaha icumi 16h00 ku kibuga Intwari akaba ari aba bakurikira:

1.RUKUNDO Onesime ( MESSAGER NGOZI)
2.WILONJA Ismail(MUSONGATI FC )
3.NIJIMBERE Juma (FLAMBEAU DU CENTRE)
4.HAKIZIMANA Issa ( FLAMBEAU DU CENTRE)
5.NDIKUMANA Dieu Merci( AIGLE NOIR)
6.IRAKOZE Beni ( FLAMBEAU DU CENTRE)
7.MURYANGO Moussa (MUSONGATI)
8.MBIRIZI Eric ( INTER STAR )
9.NGABONZIZA Blanchard( AIGLE NOIR)
10.NDIKUMANA Faustin ( RUKINZO)
11.NIMUBONA Emery (MUSONGATI)
12.BIGIRIMANA Ramadhan ( KAYANZA UTD)
13.NDIKUMANA Asman (AIGLE NOIR)
14.URASENGA Cedrick Danny ( MESSAGER NGOZI)
15.MUGISHA Josué Alberto ( MUSONGATI )
16.NSHIMIRIMANA Ismail( RUKINZO )
17.MASSUD Narcisse( AIGLE NOIR)
18. KARIKERA Ibrahim (MESSAGER NGOZI)
19.MUDERI Akbar ( MESSAGER NGOZI)
20.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD )
21.ASMAN Amissi ( FLAMBEAU DU CENTRE)
22.RAMAZANI Pascal (OLYMPIC STAR)
23.MUNYAMPARA Pepe Mangubu (VITAL’O Fc)
24. SHAKA Tresor ( VITAL’O )
25.NDUWIMANA Franck (ROYAL)
26.NIBIBONA Eddy (MUSONGATI)
27. NDAYISHIMIYE Mechack (DYNAMIC)
28. RUKUNDO Abdoul Rahman ( KAYANZA UTD )
29. Vyamungu Raoul (BUMAMURU)
30.Djuma Muhammed ( FLAMBEAU DU CENTRE)

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 65