5.5 C
New York
Thursday, May 6, 2021
Home Burundi Coopération: Imigenderanire y’Uburundi n’Ubumwe bwa Buraya igiye kunagurwa

Coopération: Imigenderanire y’Uburundi n’Ubumwe bwa Buraya igiye kunagurwa

Reta y’Uburundi iciye ku mushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ambassadeur Albert Shingiro yongeye kwugurura ibiganiro n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya mu ntumbero yo kunagura imigenderanire imaze igihe itameze neza.

Must Read

Urugendo bahora barihira ibihumbi 8 bariko barurihira ibihumbi 15

0
Abo ni abipakiza imiduga bavuye mu gisagara ca Bujumbura baja mu bumanuko bw’igihugu, aho bitaboroheye kwiyunguruzaku muhingamo wo kuri uno wa kane. Intanduruko ni ikiraro...