5.5 C
New York
Saturday, October 23, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Jospin na Eric baraye baguzwe na Yeni-Malatyasport

# Indundi Sports | Jospin na Eric baraye baguzwe na Yeni-Malatyasport

 

Inyuma ya Youssuf Ndayishimiye Nyange yaraye  aguzwe kw’igenekerezo rya 02Ruhuhuma na Istanbul Basaksehir imikuye muri Yeni Malatyasport , Umugwi Yeni-Malatyasport waciye uha amasezerano abakinyi babiri b’intamba mu rugamba bari bamaze imisi bariko bageragezwa.

Eric Ndizeye Kizigenza w’umugwi Musongati Fc hamwe na Nshimirimana Jospin yari asanzwe akinira Aigle Noir bose hamwe bakaba bahawe amasezerano yo gukinira Umugwi Yeni Malatyasport mu kiringo c’imyaka Itatu n’igice 3,5.

Mwomenya ko abo bakinyi bose  bari bahawe amahirwe yo gukinira inkino zibiri zo kurindera itike ryo kwitabira CAN 2022 zahuje Uburundi na Mauritania mu mwaka uheze .

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation...

0
  Abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi babandanya bizerwa na CAF kugira bazohore bahagarikira inkino za CAF Champions League canke CAF Confederation Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya...