5.5 C
New York
Thursday, October 28, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Breaking News : Bizimana Amissi agiye gukinira Sofapaka...

# Indundi Sports | Breaking News : Bizimana Amissi agiye gukinira Sofapaka Fc

 

 

Inyuma yo kugeragezwa mu gihugu ca Kenya mu Mugwi Sofapaka Fc , Umukinyi w’intamba mu rugamba hamwe na Rukinzo Bizimana Amissi Coutinho yahavuye ahabwa amasezero.

Amissi akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira Sofapaka Fc mu kiringo c’imyaka Ibiri.

Akaba ari umwe mu bakinyi bafatira runini mu mugwi w’igiporisi c’Uburundi Rukinzo aho yawufashije gukina Finale zishika kuri z’igikombe c’umukuru w’igihugu ari kumwe n’uwo mugwi.

Ahambije uwundi mukinyi w’umurundi Nshimirimana David nawe nyene mundwi iheze niho yashira umukono ku masezerano yo gukinira uwo Mugwi Sofapaka.

 

 

 

- Advertisment -

Must Read

SAT-B ngo yasabwe gukora arekane n’abavuga gusa

0
Abantu bahanuye Sat-b gukora gusumba kwishinga abavuga, ivyo bikaba bishikirijwe ku rubuga rwiwe Aho yariko amenyesha abantu ko Imana ariyo yamukuye mu bworo. uwo muririmvyi...