5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBasketballUrunani rurashushe , New Stars itakaza urukino rwayo

Urunani rurashushe , New Stars itakaza urukino rwayo

Muri Basketball mu mpera z’indwi twaraye turangije inkino zarabandanije Dynamo yahuye na New stars , Les Hippos nayo ihura na Mutanga United , umugwi wa Muzinga utana mu mitwe na Aigle noir hama Urunani rukina na Gymkhana.

No mu bigeme Gladiators yahuye na Rumuri.

Mu nkino z’amaboko Basketball mu mpera z’ino ndwi ku kikibuga ca Toyota zarabandanije aho Dynamo yahuye na New Star , urukino  rurangira ku ntsinzi y’amanota 78 ya Dynamo kuri 75 ya New Star , urundi rukino kuruhande rw’abagabo rwahuje umugwi wa Les Hippos hamwe na Mutanga United ,urukino rwaheze Les Hippos birahiye Mutanga United ku manota 78 kuri 62 ya Mutanga United nayo Muzinga yihererana Aigle Noir mukuyitsinda 112 kuri 67 aho ni mugihe Urunani rwatsinze  Gymkhana ku manota 84 kuri 59.

Mubigeme nahone inkino zarabandanije Gladiators yihaniza mugutsinda Rumuri ku manota113 kuri 21.

K’uruhande rw’abagabo Urunani rufise ikibanza ca mbere hagakurikira Kern izindi nazo zigakurikira.

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...