5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
HomeBurundi# Indundi Sports | Ndayiragije Etienne ntakiri umumenyereza wa Tanzania Taifa Stars

# Indundi Sports | Ndayiragije Etienne ntakiri umumenyereza wa Tanzania Taifa Stars

 

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Tanzania TFF ryahisemwo kuhagarika amasezero n’umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije yahora amenyereza Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania .

Ayo masezerano akaba yahagaritswe impande zose zimaze kuvyumvikana nkuko bishikirizwa n’iryo ishirahamwe ubwaryo.

TFF rikaba rishimira cane Ndayiragije Etienne ku kazi kiwe yakoze igihe cose yamenyereje Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania Taifa Stars mbere ikaba inamwipfuriza ibihe vyiza ahantu hose azogenda.

Bikavurwa ko uwushobora kumusubirira ari uwitwa Kim Poulsen yigeze kumenyereza Umugwi nserukira gihugu wa Tanzania w’abatarenza imyaka 17.

Mwomenya y’uko Etienne Ndayiragije yafashije Tanzania kuyishikana muri CHAN 2021 yabereye muri Cameroun .

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...