5.5 C
New York
Wednesday, October 20, 2021
Homeabakinyi bakina hanzeIndundi Sports | CAF Conf Cup: Abakinyi babiri b’intamba baza gutangura mu...

Indundi Sports | CAF Conf Cup: Abakinyi babiri b’intamba baza gutangura mu kibuga muri AS Kigali

kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 Ruhuhuma 2021 , Umugwi As Kigali wo mu gihugu c’Urwanda uza kwakirwa n’umugwi Sportif Sfaxien wo mu gihugu ca Tunisie mu rukino rwo gutangura rwa  CAF Confederation Cup.

Abakinyi babiri b’intamba mu rugamba bashoboye gushirwa mu rutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga muri AS Kigali abo nabo ni Hussein Shabani Tchabalala hamwe na Kwizera Pierrot .

As Kigali akaba ariwo mugwi wonyene wo mu gihugu c’Urwanda waronse amahirwe yo kubandanya muri ayo mahiganwa Mpuzamakungu mugihe APR yoyo yaramaze gusezererwa muri za nkino za CAF Champions league .

Mwomenya ko urukino rwo gusubiriza ruzoba mu ndwi zibiri mu gisagara ca Kigali.

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...