5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Derby Gitega : Flambeau du Centre igiye guhura...

# Indundi Sports | Derby Gitega : Flambeau du Centre igiye guhura na Musongati Fc

 

Mugihe vyama bizwi ko i Bujumbura Derby yambere ikunda kuba ari iya Vital’o Fc na Inter Star, kuva kera i Gitega naho Derby yabo niya Flambeau du Centre na Musongati Fc .

kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 14 Ruhuhuma 2021 isaha icenda 15h00 ku kibuga Ingoma c’i Gitega niho hazoba ya Derby ikomeye yo hagati mu Ntara izohuza Flambeau du Centre na Musongati .

Iyo Derby ikaba igiye kuba umugwi Flambeau du Centre uri kw’isonga vy’imfatakibanza n’amanota 38 mugihe Musongati Fc iri ku mwanya wa 4 n’amanota 20.

Mwomenya ko turavye muri kahise ka hafi Dusanga umugwi Musongati ariwo umaze gutsinda Flambeau du Centre inkino nyinshi aho twovuga y’uko mu nkino 7 iyo migwi imaze gukina baranganije incuro 5 , Musongati itsinda inkino 2.

 

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...