5.5 C
New York
Wednesday, May 12, 2021
Home abakinyi bakina hanze Emery Niyongabo mu bahagarikizi bagiye guhagarikira inkino za CAN-U 17

Emery Niyongabo mu bahagarikizi bagiye guhagarikira inkino za CAN-U 17

Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryashize ahabona abahagarikizi bazohagarira inkino za CAN z’abatarenza imyaka 17 zigiye kubera mu gihugu ca Maroc mu kwezi kwa Ntwarante.

Kuri urwo rutonde tuhasanga umuhagarikizi wo kuruhande w’umurundi ariwe Niyongabo Emery.

Niyongabo Emery akaba ari imvukira yo mu ntara ya Gitega amaze guhagarikira inkino za CECAFA U 15, CECAFA U 17, Sport Pesa , Confederation Cup, CAF Champions League , Eliminatoire CAN hamwe na Qualifier Word Cup.

 

Must Read

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 28

0
Inyuma y’inkino z’igikombe citiriwe umukuru w’igihugu, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo ya 28, igenekerezo rya 14 Rusama...