Inkino

# Indundi Sports | Kanakimana Bienvenue yaguzwe muri Switchabacks Fc yo muri America

 

 

Umukinyi wo kuruhande w’Intamba mu rugamba Kanakimana Bienvenue yaguzwe mu mugwi Switchbacks Fc ukina ihiganwa rya USL mu gisagara ca Colorado mu cicaro ca kabiri.

Gushika ubu ntawuramenya amasezerano yoba yagiraniye n’uwo mugwi n’ikiringo azomara .

akaba agiye muri uwo mugwi avuye mu muri Xianjiang Tianshan wo mu gihugu c’ubushinwa .

Amaze gukinira Imigwi ya Aigle Noir MFK Vyskov yo muri Rebulic Tchèque , Xianjiang yo mu bushinwa hamwe na Atlanta United yo muri ico gihugu ca America .

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 53