5.5 C
New York
Thursday, February 25, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Parfait Bizoza mu bakinyi bazotumwako mu Ntamba mu...

# Indundi Sports | Parfait Bizoza mu bakinyi bazotumwako mu Ntamba mu rugamba

 

Inyuma yo guhamagarwa mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira inkino za CAN 2022 rwahuje Intamba na Maroc ariko ntahabwe umwanya wo gukina Parfait Bizoza agiye gusubira kwizerwa mu gutumwako mu nkino zibiri zizohuza Intamba na Centrafrique hamwe na Maroc .

Ivyo bikaba vyemejwe na Manager w’intamba mu rugamba Mutima Constantin mu kiganiro yakoranye na Indundi Tv .

Bizoza Parfait akaba ari umwe mu bakinyi b’abarundi bakina hagati bari ku rwerwo rushimishije aho ariko aronderwa n’imigwi ikomakomeye y’iburaya nia St Etienne yo mubufaransa , Molde hamwe na Rosenborg zo muri Norvege tutibagiye na Fc Copenhague yo muri Danemark .

Mwomenya ko Parfait Bizoza akinira Umugwi Aalsunds Fk wahora mu cicaro ca mbere muri Norvege ariko muri kino gihe wakorotse mu cicaro ca kabiri.

 

Must Read

Bahamagarirwa kuzokwitura amasentare asanzwe inyuma yo kuwa 13 Ntwarante 2021

0
Umurwi w'igihugu ujejwe gutatura amatati y'amatongo n'ayandi matungo CNTB umenyesha ko kuva kuwa 13 Ntwarante 2021 utazosubira kwakira ibirego bishasha. Mu kiganiro n'abamenyeshamakuru kuri uno...