5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
HomefootballPLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 22

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 22

-Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari Umugwi Athletico Academy uza kwakira Vital’o Fc .

-Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma 2021, isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Peace Park Complex Aigle Noir izokwakira BS Dynamik

-Les Elephants izokwakira Royal Fc Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani .

-Muzinga izokwakira Inter Stars Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari

-Kayanza United izokwakira Olympic Stars isaha Icenda 15h00 ku kibuga Gatwaro .

-Ku musi w’Imana igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2021 Isaha Icenda 15h00 , Flambeau du Centre izokwakira Buja City ku kibuga Intwari

-Rukinzo izokwakira Musongati Fc Isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari

-Bumamuru izokwakira Messager Ngozi isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani .

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...