5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home abakinyi bakina hanze Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye kubandanya

Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye kubandanya

 

ku ma genekerezo ya 23 hamwe na 24 Ruhuhuma 2021 , ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rigiye kubandanya .

kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 23/ 02/2021 mw’itsinda Rya A:

– Umugwi Les Lierres uzokwakira Ngozi City isaha Icenda 15h00 ku kibuga Intwari

– Mugihe kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 24 Ruhuhuma 2021 Imigwi izohura uku gukurikira :

– Isaha indwi n’igice 13h30 , Umugwi Les jeunes Athletico uzokwakiea DS Gatumba ku kibuga Intwari

– Isaha icumi 16h00 , Lydia Ludic izokwakira Telaviv ku kibuga intwari

– Isaha icenda 15h00 , Les Crocos izokwakira Flambeau de L’est ku kibuga Ivyizigiro

mw’itsinda rya B :

– Isaha icenda 15h00, Lumiere de Mwumba izokwakira Makamba United ku kibuga Urukundo

– Isaha Icenda 15h00, Garage Fc izokwakira Top Junior ku kibuga Ingoma

– Isaha Icenda 15h00, Buhumuza Fc izokwakira New Oil ku kibuga St Ruyigi.

 

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...