5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | iki nico cishe umuvyeyi wa Ronaldinho Gaucho

# Indundi Sports | iki nico cishe umuvyeyi wa Ronaldinho Gaucho

 

Inkuru ibabaje ku bakunzi b’umukinyi wa kera wa Fc Barcelona hamwe n’umugwi nserukira gihugu wa Brezile Ronaldinho Gaoucho .

Umuvyeyi Nyina wa Ronaldinho Gaoucho Dona Miguelina yaraye yitavye imana biciye kundwara ya Covid -19 nkuko vyashikirijwe n’umuhungu wiwe.

Iyo nkuru ikaba yamenyekanye ku musi w’Imana igenekerezo rya 21 Ruhuhuma 2021, yanditswe na kimwe mu binyamakuru vyo ku gihugu ca Brezile .

Mwomenya ko mu kwezi kwa Kigarama 2020, Umukinyi Ronaldinho nawe nyene yari yatowe ingwara ya Covid -19 ariko munyuma yaravuwe arakira.

 

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...