5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeAgricultureAbagwizatunga basabwa kudasubira kurangura mu mahanga intete n’ifu y’ibigori

Abagwizatunga basabwa kudasubira kurangura mu mahanga intete n’ifu y’ibigori

Mu gihe hamaze imisi hibonekeza iyinjira ku bwinshi ry’intete n’ifu y’ibigori bitameze neza, abagwizatunga bahamagarirwa guhagarika kubirangura ndetse n’abahora babifungura babihagarike.

Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uno wa kabiri, Ubushikiranganji bw’ubudandaji, ugutwara abantu n’ibintu, amahinguriro n’ingenzi bumenyesha ko intete n’ifu z’ivyo bigori ngo basanze bitameze neza ku buryo bishobora kugira ingaruka mbi ku magara y’abavyihereza.

Banigwaninzigo Jérémie, amenyesha kandi ko na rirya umwimbu w’ibigori wabaye wabonetse ku bwinshi muri kino gice c’umwaka w’iburimyi A, bibujijwe kubagwizatunga kurangura mu mahanga no kwinjiza mu Burundi intete n’ifu y’ibigori mu kiringo c’amezi atandatu guhera kuwa 8 Ntwarante 2021.

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...