footballkirundi_Sportsprimus ligue

PLB: Uku niko imigwi yatsindanye kundwi ya 24

Mu mpera z’indwi iheze ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ryari ryabandanije kundwi yaryo ya 24.

Uku niko imigwi yatsindanye :

– Umugwi Royal Fc watsinze Inter Star igitsindo 1-0

– Flambeau du Centre itsinda Muzinga Fc igitsindo 1-0

– Les elephants yanyagiwe na Messager Ngozi ibitsindo 4-0

– Kayanza United yatsinzwe na Vital’o Fc igitsindo 1-0

– Aigle Noir yanganije na Buja City igitsindo 1-1

– Olympic Star yanganije na Athletico Academy 0-0

– Rukinzo Fc yanganije na Bs Dynamik igitsindo 1-1

– Bumamuru yanyagiwe na Musongati Fc ibitsindo 6-2

 

What's your reaction?

Related Posts

1 of 18