King Plata ngo kuzima kwiwe abona ko ari ishari bamufitiye
Nahimana Platini benshi bamuzi kw'izina rya King Plata, kw'igenekerezo rya 09Ntwarante 2021 akaba yari aramutse ahimbaza isabukuru y'amavuko yiwe y'imyaka 33. Indundi Magazine mu ku mwifuriza isabukuru…