5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 43 b’intamba bagiye gutana mu mitwe...

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 43 b’intamba bagiye gutana mu mitwe na Centrafrique na Maroc

 

 

Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Jimmy Ndayizeye ahejeje gushira ahabona abakinyi 43 b’intamba mu rugamba bagiye gutana mu mitwe na Centrafrique hamwe na Maroc kuri uwu wa 10 Ntwarante.

Aba nibo bakinyi bahamagawe :

Abanyegori :
——————

1) Onesime Rukundo
2) Jonathan Nahimana
3) Justin Ndikumana
4) Ismael Wilonja

abakinyi b’inyuka
————————

5) Fréderic Nsabiyumva
6) David Nshimirimana
7) Issa Hakizimana
8) Eric Ndizeye
9) Moussa Muryango

Abakinyi b’inyuma bo kuruhande
—————————————-
10) Phillip Nzeyimana
11) Faustin Ndikumana
12) Emery Nimubona
13) Blanchard Ngabonziza
14) Marco Weymans
15) Asman Ndikumana
16) Dieu Merci Ndikumana

abakinyi bo hagati
—————————

17) Youssuf Ndayishimiye
18) Pascal Ramazani
19) Alberto Mugisha
20) Francis Moustapha
21) Christophe Nduwarugira
22) Gael Bigirimana
23) Eric Mbirizi
24) Enock Sabumukama
25) Therence Rukundo
26) Saido Ntibazonkiza
27) Steve Nzigamasabo
28) Cedric Danny Urasenga
29) Narcisse Masudi
30) Ismail Nshimirimana
32)Coutinho Amissi
33) Mohamed Amissi
34) Eric Kwizera

Abakinyi bo kuruhande
————————-

35) Cedrix Amissi
36) Akbar Muderi
37) Jospin Nshimirimana
38) Jules Ulimwengu
39) Abdoul Rukundo

abasatirizi
—————

40) Saido Berahino
41) Caleb Bimenyimana
42) Bienvenue Shaka
43) Raul Vyamungu

mwomenya y’uko urukino rwa mbere ruzoduhuza na Centrafrique ruzoba igenekerezo rya 26 Muri uku kwezi kwa Ntwarante umwaka wa 2021 mu gisagaca ca Bujumbura ku kibuga Intwari isaha Icenda 15h00, mugihe urwa Maroc ruzoba igenekerezo rya 30 Ntwarante mu gihugu ca Maroc .

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...