5.5 C
New York
Wednesday, October 27, 2021
HomeBurundiIgiporisi c’Uburundi kibandanya gifata inkozi z'ikibi

Igiporisi c’Uburundi kibandanya gifata inkozi z’ikibi

Mu ntumbero yo kurwanya no gutuza burundu urudandazwa rukorerwa abantu hamwe n’ubundi bubisha, igiporisi c’Uburundi giherutse gufata abantu harimwo abaporisi bahora bakorera abantu impapuro zo kuja hanze z’inyiganano (passeports, carte jaune) n’izindi.

- Advertisment -

Must Read

Jaja ngo ashaka ko abarwayi bakire indwara zabo biciye mu kwizera

0
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Uwimana Jeanine akaba azwi kw'izina rya Jaja Jeanine Umwuga wo wo kuririmba yawutanguye akiri muto mw'ishure ry'abana mu nyuma yaho araheza abifata...