5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home abakinyi bakina hanze #Indundi Sports | Aba nibo bakinyi ba RCA bazotana mu mitwe n’Intamba...

#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi ba RCA bazotana mu mitwe n’Intamba mu rugamba

Mugihe hashiye imisi 10 kugira Uburundi butane mu mitwe na Republic Centrafrique mu rukino rwo kurondera itike ryo kwitabira CAN 2022, Umumenyereza w’umugwi wa Centrafrique yamaze guhamagara urutonde rw’abakinyi azokwifashisha muri urwo rukino.

Abanyegori
—————-
1) Samolah E
2) Samolah Prince
3) Gbawito Levant
4) Zengba Thérence

Abakinyi b’inyuma
————————-

5) Keita Salif
6) Yambere Cedric
7) Ndobe Stéphane
8) Ngam- Ngam St Eyr
9) Nietobouko Billy
10) Yangao Flory
11) Yapende Marc
12) Niamathe Freeman

abakinyi bo hagati
————————-

13) Kondogbia Geoffrey
14) Gourrier Junior
15) Galabazi Angélo
16) Gomessw Max
17) Dertin Amorese
18) Dimokoyen Saint -Fort
19) Gaopandia Jospin
20) Zahibo Wilfried
21) Ndokomandji Melky
22) Mbailawou Bienvenue
23) Ngoma Issaac

Abasatirizi
—————-

25) Mafout Louis
26) Toropite Trésor
27) Mohanda Prince
28) Kethevoama Foxi
29) Gombe Fei Toussaint
30) Pelembi Landry
31) Mokonou Delphin

Mwomenya ko umugwi wa Centrafrique wari watsinze Intamba mu rugamba ibitsindo 2-0 mu rukino rwo gutangura kashobora kuba ari akaryo keza ko kubasubiriza mundumane .

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...