5.5 C
New York
Saturday, October 23, 2021
Homefootball# Indundi Sports | Justin Ndikumana nawe yasanganywe Covid -19

# Indundi Sports | Justin Ndikumana nawe yasanganywe Covid -19

 

Mu kiganiro umumenyereza Jimmy Ndayizeye ahejeje gushikiriza a bamenyeshamakuru ndetse n’abarundi biciye kuri Facebook live ya FFB aho yariko aravuga ingene biteguriye urukino rwo kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 26 Ntwarante 2021 ruzoba i Bujumbura isaha icenda 15h z’umuhingamo ku kibuga Intwari.

Muri ico kiganiro yakoze yashoboye no kuvuga ko abakinyi batatu aribo batazoboneka muri izo nkino kumvo z’uko barwaye Covid -19 , abo nabo ni Kizigenza Saido Berahino , Ndizeye Eric hamwe na Ndikumana Justin mugihe Gael Bigirimana wewe azoboneka mu rukino rwa Maroc .

Justin Ndikumana rero akaba yasanywe iyo ndwara amaze gushika mu gisagaca ca Bujumbura .

Indundi Sports ikaba yipfuriza abakinyi b’intamba mu rugamba bose barwaye iyo ngwara Imisuhuko.

 

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation...

0
  Abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi babandanya bizerwa na CAF kugira bazohore bahagarikira inkino za CAF Champions League canke CAF Confederation Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya...