5.5 C
New York
Saturday, October 23, 2021
HomeEntertainment#Peace and Love| Amadidane ni menshi kuri Vichou Love ku ndirimbo yoha...

#Peace and Love| Amadidane ni menshi kuri Vichou Love ku ndirimbo yoha amahirwe yambere

Hari amazina y’amatazirano utaba wahawe n’abavyeyi, kenshi na kenshi tugakunda kuyumva ku bantu usanga ari abanyabuhinga
butandukanye, hari n’abo usanga ivyo bakora bitajanye nayo matazirano n ‘abandi ivyo bakora usanga bijanye nayo.

“Mkali wa live” ni itazirfano rya Vichou love tutarinze no kuja mu vyambu ni ibintu bigaragara urabiye no mubiteramo akora avuza umuziki w’ikibiriraho (Live music).

Igenekerezo rya 15 Ntwarante niho yerekeza i Manamba mu gihugu kibanyi c’Ubuganda ari kumwe na manager wiwe Happy famba.

Tukaba twaciye twakura bukwi na bukwi manager Happy Famba kugira atuyagire vyinshi kuri urwo rugendo.

Nawe akaba atatevye kuko yatwishuye agira ati:”Twararihiwe ama tike y’indege, bongera baranaturiha turaheza turagenda gukora igikorwa n’umwigeme yitwa Bernisse 26 umu congomanikazi aba muri Amerika(Washington)

Bernisse 26 akaba yari yishikiye mu gihugu ca Ouganda abanza akorana na Chameleone aca yipfuza no gukorana na Vichou ari naho yemeye ibeyi igikorwa kiba kirakozwe (audio&video)

Twobamenyesha ko ubu aza yaragarutse mu gihugu kuva kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 21 Ntwarante akatumenyesha ko uretse ico gikorwa yafashije yaciye aronkeraho n’akaryo ko guca akora indirimbo yiwe aho nyene kwa Washington.

Nayo indirimbo afise ubu zikaba nyinshi
yakoranye n ‘abahinyanyuzi batandukanye, nayo iyo yotangura kurekura niyo ikimudidaniye ngw’ariko vuba bishasha birabashwaramwo.

- Advertisment -

Must Read

# Indundi Sports | Abarundi 4 bazohagarikira urukino rwa CAF Confederation...

0
  Abahagarikizi mpuzamakungu b’abarundi babandanya bizerwa na CAF kugira bazohore bahagarikira inkino za CAF Champions League canke CAF Confederation Cup. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya...