5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
HomeBurundiAbahora bahadandariza basaba kuronswa ibindi bibanza

Abahora bahadandariza basaba kuronswa ibindi bibanza

Amazu y’idandarizo arenga 150 yubatswe hanze y’isoko ya Jabe mu gisagara ca Bujumbura ku ruhome rugize uruzitiro rwiyo soko yose yasambuwe mu gatondo ko kuri uyu wa gatandatu, igenekerezo rya 27 Ntwarante 2021.

Iyo ngingo yari yasabwe ko yoshirwa mu ngiro mu kiringo c’iyinga zibiri n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n’umutekano Gervais Ndirakobuca.

Abahora bafise ayo mazu bavuga ko ishirwa mu ngiro ry’iyi ngingo ribasubiza inyuma mu gihe batabona ahandi bokorera. Basaba kuronswa ibindi bibanza vyo kudandarizamwo.

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...