HomeBurundiPerezida Évariste Ndayishimiye aritezwe i bangui kuri uno wa mbere

Perezida Évariste Ndayishimiye aritezwe i bangui kuri uno wa mbere

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yitezwe i Bangui mu gihugu ca Centrafrique ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere.

Nk’uko biri mw’itangazo ryo mu biro vy’umukuru w’igihugu bijejwe kumenyesha amakuru, Evariste Ndayishimiye yitavye ibirori vyo kwimika umukuru w’ico gihugu, Faustin Archange Toudera, aherutse gusubira gutorerwa kurongora igihugu.

- Advertisment -

Must Read

L’autorisation spéciale accordée aux musulmans est soumise aux conditions sévères contre...

0
Dans une conférence de presse animée par le Directeur Général de l’elevage, ce mercredi 6 juillet 2022 à Bujumbura, la question de la dérogation...