5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home Burundi Gervais Ndirakobuca: “Umwuga bakora ntiwemewe n’amategeko, uwuzofatwa azohanwa hisunzwe amatego”

Gervais Ndirakobuca: “Umwuga bakora ntiwemewe n’amategeko, uwuzofatwa azohanwa hisunzwe amatego”

Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano buragabisha abaranzi bahuza umuguzi n’uwugurisha (commissionnaires) bakorera ku masoko atandukanye ko uwo murimo bakora utemewe n’amategeko.

Mu rugendo rwo gutera intege abatoza amakori n’amatagisi bashasha ku masoko atandukanye yo mu gisagara ca Bujumbura kuri uyu wa gatatu, umushikiranganji Gervais Ndirakobuca amenyesha ko uwuzofatwa azohanwa hisunzwe amategeko.

Ku kibazo c’itozwa ry’amatagisi bikorwa n’inzego zitandukanye ku kidandazwa kimwe, umushikiranganji Gervais Ndirakobuca yemeza ko ico kibazo kizwi, akizeza ko hagiye gushirwaho itegeko ribitunganya neza.

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...