5.5 C
New York
Saturday, April 17, 2021
Home Burundi Vichou Peace and love imisi iharurwa ku ntoke ngo arekure umuriro

Vichou Peace and love imisi iharurwa ku ntoke ngo arekure umuriro

Barayikugura,abegereye uwo muririmvyi baremeza ko indirimbo agiye gushira ahabona izoba iri kurwego rudasanzwe.

 

 

Inyuma y’urugendo rwiwe aheruka gukora mu Gihugu ca Ouganda yatumenyesheje ko yari yajanywe no gukora indirimbo afadikanije n’umu Congomanikazi Bernise 26 asanzwe aba muri America .
Ntiyagarukirije ngaho yaciye akora iyindi ndirimbo yiwe.

Ni kuri uyu wagatatu aho yashimye kugaragaza indirimbo agiye gusohora muri nyinshi zari zimudidaniye akabura iyoza imbere.
”Who can love me? akaba ariryo zina ry’indirimbo Vichou Love& feat Washington agiye kurekura kwigenekerezo rya 2 Ntwarante isaha icenda z’umuhigamo ku masaha yo mu Burundi akazokwifashisha imbuga ngurukana bumenyi za Akeza.net  ku mvo zuko ata biteramo bikiba hano iwacu.
Mkali wa live akaba yatanze
Isango akamenyesha ko ari ntabanduka.

 

Must Read

Sat-b yatanze umuco kucatumye ari Imana ishiraho ukwezi kweranda kwa Ramadhan

0
Ku musi w’ejo umuririmvyi Sat-b yasangije abakurikirana urubuga rwiwe rwiwe rwa Facebook ubutumwa aho yagarutse ku kamaro k’ukwezi kweranda kwa Ramadhan. Mu butumwa yatanze ari...