5.5 C
New York
Tuesday, October 19, 2021
Homeabakinyi bakina hanze# Indundi Sports | Aba nibo abanya Africa bafise ibitsindo vyinshi mu...

# Indundi Sports | Aba nibo abanya Africa bafise ibitsindo vyinshi mu mahiganwa 5 y’iburaya

 

Nkuko biri kw’isi yose amahigwana atari make ariko arabandanya ukuri kwamye naho hakiri ca kiza ca Covid -19 .

kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Ndamukiza 2021,  Indundi Sports yabazaniye abakinyi 14 b’abanya Africa bafise ibitsindo vyinshi mu mahiganwa 5 y’iburaya .

Abo nabo akaba ari aba bakurikira:

1) Mohammed Salah (18)
2) Youssef En Nesyiri ( 15)
3) Simy Nwankwo ( 15)
4) Boulaya Dia ( 14)
5) kari Toko Ekambi (12)
6) Silas wamangituka ( 11)
7)Andy Delort 10)
8) Tino Kadewe ( 10)
9) Wilfried Zaha ( 10)
10) Riyad Mahrez ( 9)
11) P Aubameyang ( 9)
12) Gael Kakuta (9)
13) Franck Kassie ( 9)
14) M ‘bala Nzola

 

- Advertisment -

Must Read

Combat Spirituel pour son développement personnel ( Psaumes 03-22...

0
Pour chasser  les angoisses et ‘inquiétudes. Pour éviter les revers de fortune Contre un retournement négatif d'une situation qui vous était jusqu'à présent très favorable. Pour faire...