Umukuru w’igihugu Évariste Ndayishimiye ahamagarira urwaruka guhindura ingendo
Umukuru w’igihugu ahamagarira urwaruka kurwanya ubukene mu kwijukira ibikorwa vy’iterambere kuko ngo ata munyamahanga azoza kutwubakira igihugu cacu. Évariste Ndayishimiye agira ati : “Dukwiye kuja ku rugamba rwo kurwanya…