5.5 C
New York
Tuesday, October 26, 2021
Homefootball# Indundi Sports | BCM: Jean de Dieu yaraye ahawe agashimwe k’umumenyereza...

# Indundi Sports | BCM: Jean de Dieu yaraye ahawe agashimwe k’umumenyereza mwiza w’ukwezi kwa Ruhuhuma

 

 

Rukundo Jean de Dieu batazira Dodi yaraye ahawe agashimwe  k’umumenyereza yigenjeje neza gusumba abandi mu kwezi kwa Ruhuhuma .

 

Ako gashimwe akaba yagahawe n’ishirahamwe ry’abakunzi b’inkino bita BCM ( Best Coach of the Month ),  igihe umugwi Musongati  wagomba utane mu mitwe na Aigle Noir mu rukino rw’indwi ya 25 rwa Primus league rwari rwabereye i Gitega ku kibuga citiriwe Ingoma.

 

Akaba yahawe agashirukabute kangana n’amafaranga ibihumbi ijana 100,000fb ahabwa Trophé hamwe n’ifoto yiwe ikozwe mu buhinga bugezweho.

 

 

Jean de Dieu amenyereza Musongati akaba yaciye aba umumenyereza wa mbere atahukana ako gashimwe yikurikiranije nkuko tubikesha BCM.

 

https://youtu.be/iXcVjg-qlIA

- Advertisment -

Must Read

Muri bamwe 3 muri Primustar Masterland ngo yarimwo

0
Masterland ngo ntiyigera asuzugura ihiganwa na rimwe mu mahiganwa amaze kujamwo, kuko kanatsinda ngo amaze kuja mu yatari make kandi arabirambiyemwo.  Mu kiganiro na Hosy...